Uburusiya na Ukraine vyagabweho ibitero vyo kuri internet - BBC News Gahuza
Ukraine ni yo yabanje gutangaza ko habaye ingorane, aho yavuze ko umurwa mukuru Kyiv waburiwe ko hari akaga k’imyuka ishobora kubangamira amagara y’abantu. Inyuma y’umwanya muto, Uburusiya na bwo nyene bwatangaje ko ibitero nk’ivyo vyagabwe ku buhinga bwabwo.
Read more










